Ntare Rushatsi House TV
Ntare Rushatsi House TV
  • 1 398
  • 5 719 334

Відео

Igice ca mbere c'ikiganiro ku gisabisho c'amashimwe, ku myaka 4 irangiye Sebarundi arongoye Uburundi
Переглядів 923 години тому
Igice ca mbere c'ikiganiro ku gisabisho c'amashimwe, ku myaka 4 irangiye Sebarundi arongoye Uburundi
Ijambo Nyenicubahiro yashikirije Abarundi kw' Isabukuru igira 62 y'ukwikukira
Переглядів 2,9 тис.2 години тому
Ijambo Nyenicubahiro yashikirije Abarundi kw' Isabukuru igira 62 y'ukwikukira
Umukuru w’igihugu aratomora neza Uburundi buriko burava mu gihe c'ubugunge bwerekeza intwaro rusangi
Переглядів 2469 годин тому
Umukuru w’igihugu aratomora neza Uburundi buriko burava mu gihe c'ubugunge bwerekeza intwaro rusangi
Abarundi basabwa kudacika inkokora hejuru y'ibigeragezo, ariko nyabuna baramirize mu kwiteza imbere.
Переглядів 17416 годин тому
Abarundi basabwa kudacika inkokora hejuru y'ibigeragezo, ariko nyabuna baramirize mu kwiteza imbere.
Abarundi basabwa kumenya iyo bavuye, aho bageze n'iyo berekeza, bagatsimbataza ingendo ya demokarasi
Переглядів 16619 годин тому
Abarundi basabwa kumenya iyo bavuye, aho bageze n'iyo berekeza, bagatsimbataza ingendo ya demokarasi
Sabarundi arashimishwa n'uko abenegihugu bafatanye mu nda, kandi ko bari ku kivi #WarakozeMana2024
Переглядів 13519 годин тому
Sabarundi arashimishwa n'uko abenegihugu bafatanye mu nda, kandi ko bari ku kivi #WarakozeMana2024
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba urwaruka kwijukira ibikorwa, bagategura kazoza keza kabo.
Переглядів 15519 годин тому
Nyenicubahiro Varisito Ndayishimiye asaba urwaruka kwijukira ibikorwa, bagategura kazoza keza kabo.
Umukuru w'Igihugu asaba abanya poritike kudashira imbere inyungu zabo, bagaharanira ineza y'igihugu.
Переглядів 43419 годин тому
Umukuru w'Igihugu asaba abanya poritike kudashira imbere inyungu zabo, bagaharanira ineza y'igihugu.
Evariste Ndayishimiye, 4 ans au pouvoir, nouvel élan dans la vision d'un Burundi émergent-développé
Переглядів 1,1 тис.День тому
Evariste Ndayishimiye, 4 ans au pouvoir, nouvel élan dans la vision d'un Burundi émergent-développé
Ireresi ijanye n'imyaka 4 irangiye Nyenicubahiro Varisito #Ndayishimiye atanguye kuyobōra Abarundi
Переглядів 1,8 тис.День тому
Ireresi ijanye n'imyaka 4 irangiye Nyenicubahiro Varisito #Ndayishimiye atanguye kuyobōra Abarundi
Quatre ans après l'investiture du Président Burundais S.E Evariste #Ndayishimiye : les moments forts
Переглядів 963День тому
Quatre ans après l'investiture du Président Burundais S.E Evariste #Ndayishimiye : les moments forts
Igisabisho rusangi ca Sebarundi, mu masengesho y'igihugu, i #Mwaro #WarakozeMana2024
Переглядів 167День тому
Igisabisho rusangi ca Sebarundi, mu masengesho y'igihugu, i #Mwaro #WarakozeMana2024
Igisabisho rusangi c'Umutambukanyi wa Sebarundi, mu masengesho y'igihugu i #Mwaro #WarakozeMana2024
Переглядів 337День тому
Igisabisho rusangi c'Umutambukanyi wa Sebarundi, mu masengesho y'igihugu i #Mwaro #WarakozeMana2024
Umukuru w'Igihugu asaba Abarundi kumenya ko bari mu rungendo rwo mu gihugu c'isezerano #WarakozeMana
Переглядів 1,1 тис.День тому
Umukuru w'Igihugu asaba Abarundi kumenya ko bari mu rungendo rwo mu gihugu c'isezerano #WarakozeMana
Ijambo ry'Umukuru w'Igihugu, rijanye n'isabukuru y'imyaka 4 atanguye amabanga yo kurongora Uburundi
Переглядів 2,9 тис.День тому
Ijambo ry'Umukuru w'Igihugu, rijanye n'isabukuru y'imyaka 4 atanguye amabanga yo kurongora Uburundi
Burundi: Les Evêques anglicans saluent l'étape franchi, 4 ans après l'investiture de SE Ndayishimiye
Переглядів 322День тому
Burundi: Les Evêques anglicans saluent l'étape franchi, 4 ans après l'investiture de SE Ndayishimiye
Abepiscopi Anglicani mu Burundi barashima intambwe igihugu kigezeko ku myaka 4 y'ingoma ya Sebarundi
Переглядів 424День тому
Abepiscopi Anglicani mu Burundi barashima intambwe igihugu kigezeko ku myaka 4 y'ingoma ya Sebarundi
Umubonano Nyenicubahiro Varisito #Ndayishimiye yahaye Abepiscopi anglicani bo mu #Burundi
Переглядів 408День тому
Umubonano Nyenicubahiro Varisito #Ndayishimiye yahaye Abepiscopi anglicani bo mu #Burundi
Abajejwe uburimyi, ubworozi, ibidukikije n'intwaro basabwa kugira urunani mu kugwiza umwimbu
Переглядів 65014 днів тому
Abajejwe uburimyi, ubworozi, ibidukikije n'intwaro basabwa kugira urunani mu kugwiza umwimbu
Umukuru w’igihugu asaba abarundi kudaha umwanya ikintu cobabuza gushikir Uburundi bwifashe muri 2040
Переглядів 50514 днів тому
Umukuru w’igihugu asaba abarundi kudaha umwanya ikintu cobabuza gushikir Uburundi bwifashe muri 2040
👆🏿Umukuru w'igihugu yatanze amazi meza ku musozi Mpanuka , Ndava, inyuma y'imyaka irenga 50 bayasaba
Переглядів 61114 днів тому
👆🏿Umukuru w'igihugu yatanze amazi meza ku musozi Mpanuka , Ndava, inyuma y'imyaka irenga 50 bayasaba
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu arashima ko umwimbu ari mwinshi, agasaba gukingira itunga ry'Igihugu
Переглядів 27214 днів тому
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu arashima ko umwimbu ari mwinshi, agasaba gukingira itunga ry'Igihugu
Umukuru w'igihugu afise intumbero y'uko buri murundi wese yotunganirwa mu mpande zose
Переглядів 47614 днів тому
Umukuru w'igihugu afise intumbero y'uko buri murundi wese yotunganirwa mu mpande zose
Umukuru w’Igihugu aributsako intererano y’Umurundi wese ikenewe mw’iterambere ry’igihugu
Переглядів 37614 днів тому
Umukuru w’Igihugu aributsako intererano y’Umurundi wese ikenewe mw’iterambere ry’igihugu
Sebarundi asaba Abarundi kwitegurira amatora imitima itekanye kandi atabariko bararyana
Переглядів 1,7 тис.21 день тому
Sebarundi asaba Abarundi kwitegurira amatora imitima itekanye kandi atabariko bararyana
Sebarundi arakeza ingabo z’Uburundi kubwo ibikorwa zirangura vyo gukingira igihugu n’abenegihugu
Переглядів 14 тис.21 день тому
Sebarundi arakeza ingabo z’Uburundi kubwo ibikorwa zirangura vyo gukingira igihugu n’abenegihugu
Sebarundi yaganiriye n’abajejwe umutekano bakorera mu buseruko bw’igihugu
Переглядів 20921 день тому
Sebarundi yaganiriye n’abajejwe umutekano bakorera mu buseruko bw’igihugu
Le Président Ndayishimiye a animé une causerie morale à l’endroit de la police de la région est
Переглядів 11621 день тому
Le Président Ndayishimiye a animé une causerie morale à l’endroit de la police de la région est
Causerie morale du Chef de l’Etat avec la police: ce mardi c’était le tour de la région centre
Переглядів 9321 день тому
Causerie morale du Chef de l’Etat avec la police: ce mardi c’était le tour de la région centre

КОМЕНТАРІ

  • @KiraboCyimana-bl8hy
    @KiraboCyimana-bl8hy 2 години тому

    Amen isengesho ryiza ❤️ati ni Imana idaksngwa Na karabaye ✅💐🙏karamfashije ako kajambo

  • @MFATAMUGENZI-mg5fj
    @MFATAMUGENZI-mg5fj 2 години тому

    Komerezaho nyakubahwa ndagukengurukiye

  • @wembakamungu7820
    @wembakamungu7820 3 години тому

    Saw saw

  • @LambertManirakiza-x5v
    @LambertManirakiza-x5v 16 годин тому

    Vidéo ntizari zisa neza zirimw igipfung

  • @user-cz3ce5bd5w
    @user-cz3ce5bd5w День тому

    Sha na Rwanda ntishikira iyo Big House ❤❤❤

  • @UPTVBURUNDI
    @UPTVBURUNDI День тому

    ❤❤

  • @user-gw6vs3zv9o
    @user-gw6vs3zv9o День тому

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-gw6vs3zv9o
    @user-gw6vs3zv9o День тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @ByamunguChalom
    @ByamunguChalom 2 дні тому

    Vyiza disi, ndabakurikira ndi muri Congo

  • @nkunzimanavianney7352
    @nkunzimanavianney7352 3 дні тому

    K I b

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 4 дні тому

    😅

  • @MugitondoCakare
    @MugitondoCakare 4 дні тому

    Nike

  • @ChistianIrakoze
    @ChistianIrakoze 4 дні тому

    BURUNDI 🇧🇮 BWANJE BURUNDI BWACU ❤❤❤❤ NDQBUKUNDA NUBWO HARIHO IBITAGENDA NEZA

  • @DavidMbabazi-hb4hv
    @DavidMbabazi-hb4hv 4 дні тому

    Turasavye umushikiranganji ajejwe ibijanye na prêt bourse azoze aradufasha agaprêt bourse kazoze karaza basi rimwe mukwezi kuko iyo kaje haheze amezi meshi ntaco kadufasha ,gasanga bamwe no gupfa bapfuye,abandi bamaze guheba amashure kubwo kubura uko babigenza baherewe

  • @isaya4819
    @isaya4819 4 дні тому

    Rababesha can urugomero rwarusumo rumez neza vugako umuriro mwagurishij kuko ntakibarenga😂😂😂😂

  • @user-kj6ns6xm8c
    @user-kj6ns6xm8c 5 днів тому

    Tuzomwongera

  • @cvzx-2968
    @cvzx-2968 5 днів тому

    Urumutimawu urundi❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-xs4de3up5m
    @user-xs4de3up5m 6 днів тому

    Mutama umugambwe umwe mubutegetsi vyankiye hehehe???????? Munanirwe kubaka igihugu muri umwe atamigabwe irimwe igomba inyungu zapolique? Yemwe subire kunama mubiyahe mubiro vyumugambwe kuko nibaraaaaa

  • @dieudonnendabaneze3761
    @dieudonnendabaneze3761 6 днів тому

    😂

  • @ManirambonaJ.claude-si4ve
    @ManirambonaJ.claude-si4ve 6 днів тому

    Sebarundi nakomere kwibanga👏👏👏

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 8 днів тому

    🎉🎉🎉

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 8 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @EmileSinzoyiheba
    @EmileSinzoyiheba 8 днів тому

    Icombonye nuko yagize ingendo gusa

  • @studethunder1871
    @studethunder1871 8 днів тому

    😂😂😂😂😂 la politique vraiment. Faut au moins ait pitié

  • @farnouchenimbona1945
    @farnouchenimbona1945 9 днів тому

    Nyakubahwa ivyo berekenye mbona aribike Kandi ivyowakoze arivyinshi caaane Abarundi tukaba tukwishimiye vyukuri.guma kwivora

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 9 днів тому

    Twereke amahera yavuye muri ico gisata c'ingenzi uko yiyongereye kuko dusanzwe tubizi ko ivyo bibanza ari ubutunzi bukomeye ku gihugu

  • @pacifiqueturayishimiye6775
    @pacifiqueturayishimiye6775 9 днів тому

    Neva arakora kandi arashoboye ariko ntazi gutera Siasa

  • @FulgenceMikaOfficial
    @FulgenceMikaOfficial 9 днів тому

    Ijwi ry'uwavuze inkuru rirarenze sinzi impamvu atama abikora nk'uku!❤🇧🇮💪👏👏👏

  • @richndihano6476
    @richndihano6476 10 днів тому

    Ramba cane Sebarundi!

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 10 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-cg7rw9pw8u
    @user-cg7rw9pw8u 10 днів тому

    🙈🙈🙈💪💪💪💪🔨🔨🔨🔨🔨🔨

  • @Gerald8180
    @Gerald8180 10 днів тому

    Nn ubu ko vyabuze vyose

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 10 днів тому

    komera mutama

  • @user-wo9fi2iu3p
    @user-wo9fi2iu3p 10 днів тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @etiennenebus4087
    @etiennenebus4087 10 днів тому

    Our father

  • @Choralestaugustinmunyinya2023
    @Choralestaugustinmunyinya2023 10 днів тому

    N'akomere kw'ibanga Nyen'icubahiro wacu ! Ndamukunda cane

  • @siimon559
    @siimon559 10 днів тому

    INCOMPÉTENT HUTU MAKAKI

  • @radiotelevisionburundibwiz6524
    @radiotelevisionburundibwiz6524 10 днів тому

    ❤❤❤❤

  • @radiotelevisionburundibwiz6524
    @radiotelevisionburundibwiz6524 10 днів тому

    ❤❤❤❤

  • @invisiblek2854
    @invisiblek2854 11 днів тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ubwo abo baturage bariye ko bashonje 😂😂😂😂 Sendagara we uri comedien

  • @invisiblek2854
    @invisiblek2854 11 днів тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 11 днів тому

    gacumite mutama

  • @Rushatsi_1
    @Rushatsi_1 11 днів тому

    Hano Mu Burundi;Dukeneye umuntu adutabara , Ahubwo wewe ;Neva Uburundi Buakunaniye,kuturongora ,Wewe ukorera munyungu zawe gusa, IMIDUGA irapararitse ibitaro birugaye, mubuseruko barakenyuka ngumutekano Abana bacu bari kugwa muri Kivu nawe urafise ibyishimo kuko umaze Imyaka ine,icyakoze Nyene Warakozee😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢 Imana Izodutabara ryari koko😮 Uyu Yaje kuturimbura pe

  • @radiotelevisionburundibwiz6524
    @radiotelevisionburundibwiz6524 11 днів тому

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 12 днів тому

    Amajambo yarimeza kubumva

  • @kanyamazimakerebuyange-iw7pq
    @kanyamazimakerebuyange-iw7pq 12 днів тому

    Nyakubahwa mr Evaliste Ndayishimiye ndagukuje Kukuntu without Uburundi n abarundi. Mugabo Turasavye Utange Uburenganzira Bwabantu bafise imitahe bashinge amastation kugira abarundi Turonke igitoro. Murakoze

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x 12 днів тому

    Komera mutam Urakagum kungo tweturabon kufise intumbero yogushikan igihugu kuvyiza

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 12 днів тому

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @richndihano6476
    @richndihano6476 12 днів тому

    Muvuga neza Mutama. komeza ingingo, turikumwe twese birashoboka!

  • @richndihano6476
    @richndihano6476 12 днів тому

    Merci !Que les autres denominations ou confessions religieuses puissent s'inspirer de vous au lieu de donner seulement des conseils aux dirigeants, il faut aussi conscientiser les fideles pour soutenir les efforts du gouvernement!